Abafilipi 3:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ubwa nyuma bavukanyi, nimubandanye kunezerwa kubera Umukama+. Kubandikira vya bindi nyene jewe nta ngorane bintera, kandi birabakingira.
3 Ubwa nyuma bavukanyi, nimubandanye kunezerwa kubera Umukama+. Kubandikira vya bindi nyene jewe nta ngorane bintera, kandi birabakingira.