Abafilipi 4:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ndanezerewe rwose mu Mukama kubona mugiye mwasubira kunyitwararika+. Mwahora munyitwararika mugabo mukabura akaryo ko kuvyerekana.
10 Ndanezerewe rwose mu Mukama kubona mugiye mwasubira kunyitwararika+. Mwahora munyitwararika mugabo mukabura akaryo ko kuvyerekana.