Abafilipi 4:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Nkako, mwebwe Abafilipi murazi kandi yuko igihe nava i Masedwane aho mumariye kwumva inkuru nziza ari bwo bwa mbere, ata shengero na rimwe ryamfashe mu mugongo* atari mwebwe gusa+.
15 Nkako, mwebwe Abafilipi murazi kandi yuko igihe nava i Masedwane aho mumariye kwumva inkuru nziza ari bwo bwa mbere, ata shengero na rimwe ryamfashe mu mugongo* atari mwebwe gusa+.