Abafilipi 4:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Imana yanje na yo izobaronsa ivyo mukeneye vyose+ ntihagire ico mubura, ikoresheje ubutunzi bwayo bw’agatangaza, biciye kuri Kristu Yezu.
19 Imana yanje na yo izobaronsa ivyo mukeneye vyose+ ntihagire ico mubura, ikoresheje ubutunzi bwayo bw’agatangaza, biciye kuri Kristu Yezu.