Abakolosayi 1:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 abo Imana yashimye kumenyesha ubutunzi bw’agatangaza bw’iryo banga ryeranda+ mu mahanga. Iryo banga ni Kristu, uwunze ubumwe namwe, bikaba bituma mwizigira kuzoronka ubuninahazwa muri kumwe na we+.
27 abo Imana yashimye kumenyesha ubutunzi bw’agatangaza bw’iryo banga ryeranda+ mu mahanga. Iryo banga ni Kristu, uwunze ubumwe namwe, bikaba bituma mwizigira kuzoronka ubuninahazwa muri kumwe na we+.