Abakolosayi 2:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 yongera ifuta* ca cete c’iminwe+ cari kigizwe n’ingingo zashinzwe+ kandi caturwanya+. Yaragikuyeho mu kugikomera imisumari ku giti co kubabarizwako*+.
14 yongera ifuta* ca cete c’iminwe+ cari kigizwe n’ingingo zashinzwe+ kandi caturwanya+. Yaragikuyeho mu kugikomera imisumari ku giti co kubabarizwako*+.