Abakolosayi 2:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Nimba mwarapfanye na Kristu ku bijanye n’ibintu vy’intango vy’isi+, kubera iki mubaho nk’aho mwoba mukiri ab’isi, mubandanya gukurikiza amategeko+ nk’aya ngo:
20 Nimba mwarapfanye na Kristu ku bijanye n’ibintu vy’intango vy’isi+, kubera iki mubaho nk’aho mwoba mukiri ab’isi, mubandanya gukurikiza amategeko+ nk’aya ngo: