Abakolosayi 3:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ariko ubu, mutegerezwa kuvyikunkumura vyose: uburake, ishavu, ikibi+, ugutukana+, kandi ntihagire amajambo ateye isoni+ ava mu kanwa kanyu. Abakolosayi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:8 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),8/2017, rup. 18, 20-21
8 Ariko ubu, mutegerezwa kuvyikunkumura vyose: uburake, ishavu, ikibi+, ugutukana+, kandi ntihagire amajambo ateye isoni+ ava mu kanwa kanyu.