Abakolosayi 3:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mu bijanye na kamere nshasha, nta Bagiriki* canke Abayuda, ukugenyerwa canke ukutagenyerwa, abanyamahanga canke Abasikite*, abashumba canke abidegemvya. Ahubwo Kristu ni vyose kandi muri vyose+. Abakolosayi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:11 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),8/2017, rup. 23
11 Mu bijanye na kamere nshasha, nta Bagiriki* canke Abayuda, ukugenyerwa canke ukutagenyerwa, abanyamahanga canke Abasikite*, abashumba canke abidegemvya. Ahubwo Kristu ni vyose kandi muri vyose+.