Abakolosayi 4:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Epafura+, umushumba wa Kristu Yezu ava iwanyu, arabaramutsa. Yama yihatira kubasengera kugira ngo amaherezo muhagarare muri abantu babushitse kandi bajijutse rwose ku bijanye n’ivyo Imana igomba vyose. Abakolosayi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:12 Umunara w’Inderetsi,15/2/2008, rup. 3-41/1/2001, rup. 8-9, 12-17
12 Epafura+, umushumba wa Kristu Yezu ava iwanyu, arabaramutsa. Yama yihatira kubasengera kugira ngo amaherezo muhagarare muri abantu babushitse kandi bajijutse rwose ku bijanye n’ivyo Imana igomba vyose.