1 Abatesalonika 1:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 kuko tuguma twibuka igikorwa mukorana ukwizera, ukuntu mubira akuya bivuye ku rukundo, n’ukuntu mwihangana kubera ko mwizigira+ Umukama wacu Yezu Kristu, imbere y’Imana yacu ikaba na Data. 1 Abatesalonika Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:3 Umunara w’Inderetsi,15/3/2007, rup. 6 Igikorwa dukorera Ubwami,2/2000, rup. 4
3 kuko tuguma twibuka igikorwa mukorana ukwizera, ukuntu mubira akuya bivuye ku rukundo, n’ukuntu mwihangana kubera ko mwizigira+ Umukama wacu Yezu Kristu, imbere y’Imana yacu ikaba na Data.