1 Abatesalonika 2:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Bavukanyi, muribuka neza ukuntu twakoze tutiziganya tukabira akuya. Igihe twababwira inkuru nziza y’Imana, twarakora ijoro n’umurango kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe turemera tumusaba vyinshi+.
9 Bavukanyi, muribuka neza ukuntu twakoze tutiziganya tukabira akuya. Igihe twababwira inkuru nziza y’Imana, twarakora ijoro n’umurango kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe turemera tumusaba vyinshi+.