1 Abatesalonika 2:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ni co gituma kandi twama dushimira Imana+ kubera ko igihe mwakira ijambo ryayo mwatwumvanye, mutaryemeye nk’ijambo ry’abantu, ahubwo mwaryemeye nk’uko riri koko, nk’ijambo ry’Imana. Ni na ryo ririko rirakorera muri mwebwe abemera. 1 Abatesalonika Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:13 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 5
13 Ni co gituma kandi twama dushimira Imana+ kubera ko igihe mwakira ijambo ryayo mwatwumvanye, mutaryemeye nk’ijambo ry’abantu, ahubwo mwaryemeye nk’uko riri koko, nk’ijambo ry’Imana. Ni na ryo ririko rirakorera muri mwebwe abemera.