1 Abatesalonika 3:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ni co gituma igihe ntari ngishoboye kuvyihanganira, narungitse umuntu kugira ngo menye yuko mukiri abizigirwa+, kubera ko hari aho Shetani*+ yoba yarabagerageje, maze akuya twabize kakaba impfagusa.
5 Ni co gituma igihe ntari ngishoboye kuvyihanganira, narungitse umuntu kugira ngo menye yuko mukiri abizigirwa+, kubera ko hari aho Shetani*+ yoba yarabagerageje, maze akuya twabize kakaba impfagusa.