1 Abatesalonika 4:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ubwa nyuma bavukanyi, twarabasiguriye uko mukwiye kwigenza kugira ngo muhimbare Imana+, kandi vy’ukuri ni ko mwigenza. Turabasavye rero twongera tubinginga mw’izina ry’Umukama Yezu ngo mugume murushiriza kubigira rwose.
4 Ubwa nyuma bavukanyi, twarabasiguriye uko mukwiye kwigenza kugira ngo muhimbare Imana+, kandi vy’ukuri ni ko mwigenza. Turabasavye rero twongera tubinginga mw’izina ry’Umukama Yezu ngo mugume murushiriza kubigira rwose.