2 Abatesalonika 1:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 1 Jewe Pawulo na Silivano* na Timoteyo+, turabandikiye mwebwe shengero ry’Abatesalonika ryunze ubumwe n’Imana ari yo Data hamwe n’Umukama Yezu Kristu.
1 Jewe Pawulo na Silivano* na Timoteyo+, turabandikiye mwebwe shengero ry’Abatesalonika ryunze ubumwe n’Imana ari yo Data hamwe n’Umukama Yezu Kristu.