2 Abatesalonika 1:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ubuntu buhebuje* n’amahoro biva ku Mana ari yo Data no ku Mukama Yezu Kristu bibane namwe.