2 Abatesalonika 1:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ico ni ikimenyamenya c’urubanza rugororotse rw’Imana ruzotuma mubonwa ko mubereye Ubwami bw’Imana, ari na bwo vy’ukuri muriko murababarizwa+.
5 Ico ni ikimenyamenya c’urubanza rugororotse rw’Imana ruzotuma mubonwa ko mubereye Ubwami bw’Imana, ari na bwo vy’ukuri muriko murababarizwa+.