2 Abatesalonika 2:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Mugabo uwo mugarariji ariho kubera ububasha bwa Shetani+, kandi akora ubwoko bwose bw’ibikorwa vy’ububasha n’ibimenyetso vy’ububeshi be n’ibitangaza vy’ububeshi+,
9 Mugabo uwo mugarariji ariho kubera ububasha bwa Shetani+, kandi akora ubwoko bwose bw’ibikorwa vy’ububasha n’ibimenyetso vy’ububeshi be n’ibitangaza vy’ububeshi+,