2 Abatesalonika 3:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ubwa nyuma bavukanyi, mubandanye kudusengera+ ngo ijambo rya Yehova* rigume rikwiragira ningoga+ ryongera ryubahwa, nk’uko mubigira aho iwanyu.
3 Ubwa nyuma bavukanyi, mubandanye kudusengera+ ngo ijambo rya Yehova* rigume rikwiragira ningoga+ ryongera ryubahwa, nk’uko mubigira aho iwanyu.