2 Abatesalonika 3:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Eka kandi nta n’umwe twaririye ibifungurwa ku buntu*+. Ahubwo riho, twarakora cane tukabira akuya ijoro n’umurango, kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe turemera tumusaba vyinshi+. 2 Abatesalonika Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:8 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),12/2019, rup. 5
8 Eka kandi nta n’umwe twaririye ibifungurwa ku buntu*+. Ahubwo riho, twarakora cane tukabira akuya ijoro n’umurango, kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe turemera tumusaba vyinshi+.