1 Timoteyo 1:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 ndakwandikiye wewe Timoteyo*+, umwana wanje nyakuri+ mu kwizera. Ubuntu buhebuje*, imbabazi n’amahoro biva ku Mana ari yo Data no kuri Kristu Yezu Umukama wacu bibane nawe.
2 ndakwandikiye wewe Timoteyo*+, umwana wanje nyakuri+ mu kwizera. Ubuntu buhebuje*, imbabazi n’amahoro biva ku Mana ari yo Data no kuri Kristu Yezu Umukama wacu bibane nawe.