1 Timoteyo 2:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Babigire no ku bw’abami n’abo bose bafise ubukuru*+ kugira tubandanye kugira ubuzima butekanye kandi burangwa amahoro, twihebera Imana bimwe bishitse kandi tudafyina+. 1 Timoteyo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:2 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),11/2020, rup. 15
2 Babigire no ku bw’abami n’abo bose bafise ubukuru*+ kugira tubandanye kugira ubuzima butekanye kandi burangwa amahoro, twihebera Imana bimwe bishitse kandi tudafyina+.