1 Timoteyo 5:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Mugabo nimba hari umupfakazi afise abana canke abuzukuru, nibabanze bige kwihebera Imana mu kwitwararika abo mu rugo rwabo+, bishure abavyeyi babo na ba sekuru na ba inakuru ibibakwiye+, kuko ivyo vyemerwa imbere y’Imana+. 1 Timoteyo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 5:4 Umunara w’Inderetsi,1/6/2006, rup. 61/5/2001, rup. 5-6 Agahimbare mu rugo, rup. 149, 173-174
4 Mugabo nimba hari umupfakazi afise abana canke abuzukuru, nibabanze bige kwihebera Imana mu kwitwararika abo mu rugo rwabo+, bishure abavyeyi babo na ba sekuru na ba inakuru ibibakwiye+, kuko ivyo vyemerwa imbere y’Imana+.