-
1 Timoteyo 6:2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Vyongeye, abafise ba shebuja bizera ntibabagaye ngo ni uko ari abavukanyi. Ahubwo riho bakwiye kurushiriza gukora babikunze, kubera ko abungukira ku gikorwa ciza bakora ari abo basangiye ukwizera, bakaba n’abavukanyi babo bakunda cane.
Ugume wigisha ivyo bintu wongera ushikiriza ayo majambo yo guhimiriza.
-