1 Timoteyo 6:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Hari abashatse kwerekana ko bafise ubwo bumenyi bituma bata ukwizera. Ubuntu buhebuje* bubane namwe.
21 Hari abashatse kwerekana ko bafise ubwo bumenyi bituma bata ukwizera. Ubuntu buhebuje* bubane namwe.