2 Timoteyo 4:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Jeho ubu ndiko ndasukwa nk’ishikanwa ry’ikinyobwa+, kandi igihe c’ukubohorwa kwanje+ kiregereje.