2 Timoteyo 4:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Mugabo Umukama yahagaze hafi yanje anyuzuza ububasha kugira ngo biciye kuri jewe, igikorwa co kwamamaza inkuru nziza kirangurwe bimwe bishitse kandi amahanga yose yumve iyo nkuru nziza+. Vyongeye nararokowe mu kanwa k’intambwe+. 2 Timoteyo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:17 Umunara w’Inderetsi,15/4/2015, rup. 24-26, 28
17 Mugabo Umukama yahagaze hafi yanje anyuzuza ububasha kugira ngo biciye kuri jewe, igikorwa co kwamamaza inkuru nziza kirangurwe bimwe bishitse kandi amahanga yose yumve iyo nkuru nziza+. Vyongeye nararokowe mu kanwa k’intambwe+.