Tito 1:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ndakwandikiye wewe Tito, umwana wanje nyakuri hisunzwe ukwizera dusangiye. Ubuntu buhebuje* n’amahoro biva ku Mana ari yo Data no kuri Kristu Yezu Umukiza wacu bibane nawe.
4 Ndakwandikiye wewe Tito, umwana wanje nyakuri hisunzwe ukwizera dusangiye. Ubuntu buhebuje* n’amahoro biva ku Mana ari yo Data no kuri Kristu Yezu Umukiza wacu bibane nawe.