Tito 1:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Kuko hariho abantu benshi b’abagarariji, bavuga ibitagira akamaro, kandi b’ababeshi, canecane bamwe bumira ku kugenyerwa*+. Tito Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:10 Umunara w’Inderetsi,15/10/2007, rup. 25
10 Kuko hariho abantu benshi b’abagarariji, bavuga ibitagira akamaro, kandi b’ababeshi, canecane bamwe bumira ku kugenyerwa*+.