Tito 1:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ku bantu badahumanye, nta kintu na kimwe gihumanye+. Mugabo ku bantu bahumanye kandi batagira ukwizera vyose birahumanye, kuko ubwenge bwabo n’ijwi ryabo ryo mu mutima bihumanye+. Tito Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:15 Umunara w’Inderetsi,15/10/2008, rup. 3015/10/2007, rup. 25-27
15 Ku bantu badahumanye, nta kintu na kimwe gihumanye+. Mugabo ku bantu bahumanye kandi batagira ukwizera vyose birahumanye, kuko ubwenge bwabo n’ijwi ryabo ryo mu mutima bihumanye+.