-
Tito 3:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Aya majambo ni ayo kwizigirwa, kandi ndipfuza ko wama ushimika kuri ivyo bintu kugira ngo abemeye Imana bashire umutima ku kwama bakora ibikorwa vyiza. Ivyo birabereye kandi biragirira akamaro abantu.
-