Filemoni 17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Nimba rero ubona ko ndi umugenzi wawe*, ndagusavye umwakirane umutima mwiza nk’uko wonyakira.