Abaheburayo 1:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Uzobizinga nk’umutamana, nk’impuzu, kandi bizohindurwa. Ariko wewe ntiwigera uhinduka, n’imyaka yawe ntiyigera ihera+.»
12 Uzobizinga nk’umutamana, nk’impuzu, kandi bizohindurwa. Ariko wewe ntiwigera uhinduka, n’imyaka yawe ntiyigera ihera+.»