Abaheburayo 2:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Vyose wabishize munsi y’ibirenge vyiwe ngo abiganze+.» Kubera ko Imana yamuhaye ibintu vyose ngo abiganze+, nta na kimwe itamuhaye kuganza+. Ariko ubu ntituramubona aganza ibintu vyose+.
8 Vyose wabishize munsi y’ibirenge vyiwe ngo abiganze+.» Kubera ko Imana yamuhaye ibintu vyose ngo abiganze+, nta na kimwe itamuhaye kuganza+. Ariko ubu ntituramubona aganza ibintu vyose+.