Abaheburayo 3:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Nakare tubwirwa ngo: «Uyu musi nimwumviriza ijwi ryayo, ntimukomantaze imitima nka ca gihe mwantera ishavu ry’umururazi+.»
15 Nakare tubwirwa ngo: «Uyu musi nimwumviriza ijwi ryayo, ntimukomantaze imitima nka ca gihe mwantera ishavu ry’umururazi+.»