Abaheburayo 5:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Naho ubu* mwari mukwiye kuba muri abigisha, murakeneye kandi uwubigisha guhera ku ntango ibintu vy’ishimikiro*+ vy’amajambo meranda y’Imana, kandi mwasubiye kuba abantu bakeneye amata, aho kurya ibifungurwa bigumye. Abaheburayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 5:12 Kwigisha, rup. 3 Umunara w’Inderetsi,15/11/2014, rup. 16-1715/5/2010, rup. 221/1/1998, rup. 20
12 Naho ubu* mwari mukwiye kuba muri abigisha, murakeneye kandi uwubigisha guhera ku ntango ibintu vy’ishimikiro*+ vy’amajambo meranda y’Imana, kandi mwasubiye kuba abantu bakeneye amata, aho kurya ibifungurwa bigumye.