Abaheburayo 6:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Abantu barahira uwubaruta, kandi indahiro yabo ni yo irangiza impari zose kuko baba baronse icemezo cemewe n’amategeko+.
16 Abantu barahira uwubaruta, kandi indahiro yabo ni yo irangiza impari zose kuko baba baronse icemezo cemewe n’amategeko+.