Abaheburayo 7:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ego ni ko, hisunzwe amategeko, Abalewi+ bafise ibanga ry’ubuherezi basabwa kwegeranya ivy’icumi mu bantu+, ni ukuvuga muri benewabo, naho abo benewabo bakomoka kuri Aburahamu*.
5 Ego ni ko, hisunzwe amategeko, Abalewi+ bafise ibanga ry’ubuherezi basabwa kwegeranya ivy’icumi mu bantu+, ni ukuvuga muri benewabo, naho abo benewabo bakomoka kuri Aburahamu*.