Abaheburayo 7:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Kuko umuntu avugwako ivyo bintu yavuye mu wundi muryango kandi nta n’umwe akomoka muri uwo muryango yakoreye ku gicaniro+.
13 Kuko umuntu avugwako ivyo bintu yavuye mu wundi muryango kandi nta n’umwe akomoka muri uwo muryango yakoreye ku gicaniro+.