Abaheburayo 7:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ntiyamubaye hisunzwe itegeko risaba ko akomoka mu muryango kanaka, ahubwo yamubaye hisunzwe ububasha butuma agira ubuzima budashobora gukurwaho+,
16 Ntiyamubaye hisunzwe itegeko risaba ko akomoka mu muryango kanaka, ahubwo yamubaye hisunzwe ububasha butuma agira ubuzima budashobora gukurwaho+,