Abaheburayo 7:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 (Hariho vy’ukuri abantu babaye abaherezi bidaciye ku ndahiro. Mugabo uyo wewe yamubaye biciye ku ndahiro imwerekeye yarahiwe n’Umwe yavuga ati: «Yehova* yararahiye, kandi ntazokwivuguruza*. Yavuze ati: “Uri umuherezi ibihe vyose+.”»)
21 (Hariho vy’ukuri abantu babaye abaherezi bidaciye ku ndahiro. Mugabo uyo wewe yamubaye biciye ku ndahiro imwerekeye yarahiwe n’Umwe yavuga ati: «Yehova* yararahiye, kandi ntazokwivuguruza*. Yavuze ati: “Uri umuherezi ibihe vyose+.”»)