Abaheburayo 8:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Nta wuzosubira kwigisha umwenegihugu mugenziwe canke mwenewabo, ababwira ngo: ‘Nimumenye Yehova*!’, kuko bose bazomenya kuva ku muto muri bo gushika ku mukuru.
11 Nta wuzosubira kwigisha umwenegihugu mugenziwe canke mwenewabo, ababwira ngo: ‘Nimumenye Yehova*!’, kuko bose bazomenya kuva ku muto muri bo gushika ku mukuru.