Abaheburayo 9:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 ni ko na Kristu yishikanye rimwe rizima kugira yikorere ibicumuro vya benshi+. Aho azobonekera irigira kabiri ntazoba azanywe n’ibicumuro*, kandi azobonwa n’abamurindiranye igishika kugira baronke ubukiriro+. Abaheburayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:28 Umunara w’Inderetsi,1/2/1998, rup. 30-31
28 ni ko na Kristu yishikanye rimwe rizima kugira yikorere ibicumuro vya benshi+. Aho azobonekera irigira kabiri ntazoba azanywe n’ibicumuro*, kandi azobonwa n’abamurindiranye igishika kugira baronke ubukiriro+.