-
Abaheburayo 10:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Yabanje kuvuga ngo: «Ibimazi n’amashikanwa, n’amashikanwa aturirwa uko yakabaye be n’amashikanwa y’igicumuro ntiwabishatse canke ngo ubishime», ivyo bikaba ari ibimazi vyashikanwa hisunzwe amategeko.
-