Abaheburayo 10:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Hari igihe mwashirwa ku mugaragaro* mugatukwa, mukagira n’amakuba. Hari n’igihe mwifatanya n’abariko* barashikirwa na mwene ivyo bintu.
33 Hari igihe mwashirwa ku mugaragaro* mugatukwa, mukagira n’amakuba. Hari n’igihe mwifatanya n’abariko* barashikirwa na mwene ivyo bintu.