Abaheburayo 12:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Kandi mwaribagiye rwose impanuro ihambaye muhabwa nk’abana ngo: «Mwananje, ntugaye ugutozwa indero kuva kuri Yehova*, canke ngo utane n’akabando igihe agukosoye, Abaheburayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:5 Umunara w’Inderetsi,15/3/2012, rup. 29
5 Kandi mwaribagiye rwose impanuro ihambaye muhabwa nk’abana ngo: «Mwananje, ntugaye ugutozwa indero kuva kuri Yehova*, canke ngo utane n’akabando igihe agukosoye,