Abaheburayo 12:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Vyongeye, ba data* bahora badutoza indero kandi twarabubaha. None kugira tubeho, ntidukwiye kurushiriza kuyobokera Data tubikunze, umwe ayobora ubuzima bwacu biciye ku mpwemu yiwe nyeranda+? Abaheburayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:9 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),9/2019, rup. 14-15
9 Vyongeye, ba data* bahora badutoza indero kandi twarabubaha. None kugira tubeho, ntidukwiye kurushiriza kuyobokera Data tubikunze, umwe ayobora ubuzima bwacu biciye ku mpwemu yiwe nyeranda+?