Abaheburayo 12:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Muraba maso ntimureke kwumviriza* uwuriko aravuga. Kuko nimba bamwe banka kwumviriza uwariko aratangira kw’isi imburi iva ku Mana batarusimvye, hari akantu twebwe nitwaha umugongo umwe avugira mw’ijuru+! Abaheburayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:25 Umunara w’Inderetsi,15/4/2010, rup. 25-26
25 Muraba maso ntimureke kwumviriza* uwuriko aravuga. Kuko nimba bamwe banka kwumviriza uwariko aratangira kw’isi imburi iva ku Mana batarusimvye, hari akantu twebwe nitwaha umugongo umwe avugira mw’ijuru+!