-
Abaheburayo 12:28Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
28 Ko rero tubwirizwa kuronka Ubwami budashobora kunyiganyizwa, tubandanye kwungukira ku buntu buhebuje bw’Imana, biciye kuri bwo tukaba dushobora gukorera Imana igikorwa ceranda yemera, tuyitinya kandi tuyubaha.
-